Ukungene bashiramwo collone
1 Réponses
Mu gushiramwo colonne ufyonda kuri ka gasaraba hama ukarondera ahanditse colonne ukahafyonda.ukaca ucagura ama colonne angahe ushaka gushiramwo
Nkurunziza Seilla Question répondue