Gushiramwo izina ry,mugwi
Gushiramwo izina ry,mugwi
Ugomba kuraba aho ushira Izina ry’umugwi ndabigeza gute
Nkurunziza Seilla Question répondue
1 Réponses
Izina ry’umugwi rija hejuru y’isanamu nkuru,urafyonda kw’isanamu ukaca urondera hejuru aga carré kanditsemwo A ugafyonzeko kaca kakuzanira aho wandika izina ry’umugwi.
Nkurunziza Seilla Question répondue
