Uncategorized

Dukerebuke_dorine

Ico turi turi abîme binkerebutsi twiyemeje kugwiza imbuto zibiraya zibigori hamwe n,ingano zirobanuye Ivyo tudandaza Ibiraya Ibigori Ingano Aho dukorera Mukike(Mayuyu) Inimero 61080861

Urumuri Nizigiyimana yvette

Association urumuri Turakora uburimyi nubworozi Ivyo turima:-ibiraya -amashu -ubwishaza -ingano Ivyo tworora:-inkoko -ingurube -impene -inka IVYO TUDANDAZA Ibiraya Ubwishaza Aho Aho dukorera Mukike iruhande y’yakabare la NIKURA NUMÉRO YA TEREFONE 22724068

Tugwizumwimbu6

Abo turi tworora kijambere,dufise amase amera neza,dufise amata aryoshe cane ibidandazwa Amata Amase Ibiharage

Twungubumwe1

turibande? numugwi wiyemeje kurwanya inzara mugihugu Ivyo tudandaza ibiharage

Nawenuze evelyne

Y Turi bande? turi abadandaza binanasi ziryoshe ziruyigi

Girishaka francoise

Ivyerekeye salon yacu Kaze muri salon de